Australia: Agashimwe Queensland Day Award ko mur'uno mwaka kahawe umurundikazi - a podcast by SBS

from 2021-06-16T11:34:55

:: ::

Umushingamateka akaba n'umunyabigega w'intara ya Queensland muri Australia yashikirije umurundikazi Therese Miburo agashimwe gahabwa umunyagihugu yafashije cane kurusha abandi mu kibano.

Further episodes of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Further podcasts by SBS

Website of SBS