Bamwe mu barongonzi b'Abarundi baba muri Australia bavuga iki kuri COVID-19 - a podcast by SBS

from 2020-04-25T04:58:16

:: ::

Ibihe bidasanzwe vyatanze imforo y'ubuzima idasanzwe. Abakuru b'imiryango rusangi iba mu ntara ya Victoria na Queensland baratuyagira ingene bagerageza kugira inama abo barongoye mu ntara bakoreramo. Innocent Nsengiyumva hamwe na Beltrand Habiyakare basanzwe barongoye intara ya Queensland na Victoria bagize nico bavuga kubiriko biraba mug'iguhugu c'Ubishinwa (Chine).

Further episodes of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Further podcasts by SBS

Website of SBS