Haribonekeza ivangura rifatiye ku rukoba mu mazu reta ifashisha abantu kubamwo - a podcast by SBS

from 2021-03-25T08:29:13

:: ::

Imyidogo ni yose ku basanzwe baba mu mazu ya reta. Ibibazo bahura navyo murayo mazu ngo ntibishoka bikemurwa ngo rimwe rimwe kubera ivangura rifatiye ku rukoba.

Further episodes of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Further podcasts by SBS

Website of SBS