Imenyereze ku giti cawe muri bino bihe vya COVID-19 - a podcast by SBS

from 2020-08-09T09:13:24

:: ::

Umugera wa Coronavirus uriko uragabanuka muri Australia ariko ingingo zo ku rwanya ico kiza zikaba zikiri mu ngiro. Mu gihe atabwigenge bwo kuryohererwa ibikorwa wakora, ni kuber’iki utokoresha kano karyo ngo wige ikintu gishasha canke usubiremo kuraba neza ingabire wari warahevye?

Further episodes of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Further podcasts by SBS

Website of SBS