Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu - a podcast by SBS

from 2021-10-01T12:38:20

:: ::

Ingurane ihindagurika itanga amahirwe menshi aho ushobora no gukuramo amahera, mu gihe ingurane idahindagurika ituma uriha y’amafaranga nyene mu kiringo mwemeranije. Mu gihe uhise kuvavanura niyo nyungu idahinduka, ihadabu ishobora kuba nini cane.

Further episodes of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Further podcasts by SBS

Website of SBS