Ivyo bamwe baririra nivyo abandi barirana - a podcast by SBS

from 2019-08-17T10:05:02

:: ::

Abanye Australia bafise amamuko yo muri Africa harimwo nabarundi baratubwira ingene amazu reta ibaha mu ntumbero yo kubafasha ingene atitabwaho niyo reta nyene. Bisaba umwanya kugira ngo baze kugira ico bakoze mu mwanya hagize icononekara murizo nzu, intambamyi zo kutamenya ururimi rw'icongereza nayo ni kimwe mu biteza ivyo bibazo eka mbere bamwe bakiyumva nkaho umengo harimwo imvangura rifatiye ku urukoba.

Further episodes of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Further podcasts by SBS

Website of SBS