Ivyo ukwiye kumenya mu gihe ushaka kugura imodoka - a podcast by SBS

from 2021-04-30T12:18:51

:: ::

Woba umaze kugura imodoka hama ugasanga ifise vyinshi ukwiye gukoresha? Ivyo birasanzwe mu gihe woba udafise ubumenyi bukwiye muvy'amamodoka. Ariko urashobora gukora ubushakashatsi ku giti cawe kugira ugure immodoka ijanye n'amafaranga ufise kandi ikomeye.

Further episodes of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Further podcasts by SBS

Website of SBS