"Ndi mu bantu batemera ivy'urucanco ariko nababajwe cane maze kumenya ko nanduye COVID-19," Mugisha arahishura ivyamubayeko - a podcast by SBS

from 2021-09-03T14:08:47

:: ::

Amaze kumenya ko yanduye yafashe intambwe zo kwirinda nkuko yabigiriwe inama n'inzego zijejwe gukurikirana amagara y'abantu, none ngo mu misi itatu  gusa azoba yakize kandi yasubiye mu bikorwa vyiwe. Mu kiyago twagiranye yashoboye no kugira inama abatemera ivy'urukingo rwa COVID-19.

Further episodes of SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Further podcasts by SBS

Website of SBS